У нас вы можете посмотреть бесплатно I Mugera canke I Rudi, “menya amateka...” или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
👉🏾 Itariki 15 Myandagaro uko umwaka utashe, abakirisu bo mw’idini rya Katorika bahimbaza umusi w’iyurizwa rya Bikira Mariya mw’ijuru. 🇧🇮 Mu Burundi, amasinzi y’abakiristu bakoranira i Mugera. Ico kibanza ntigisanzwe mu bijanye n’idini, ariko kandi no kugihugu. Uti gute ? 👌🏾 Ihuriro ry’urwaruka iCAmp ryateguwe na Yaga, rikazoba kuva ku wa 18 gushika ku wa 25 Myandagaro 2024. Navyo nyene tubigarukeko. #KuMusi #idini