У нас вы можете посмотреть бесплатно Ifatwa ry’igisagara ca Uvira n’umuhari M23 ryazanye icuka kibi hagati y’Uburundi n’Urwanda или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Intambara zabandanije gusutama haraheze iminsi mu buseruko bwa Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo, ivyo bigatuma abanyagihugu bahungira mu Burundi ku bwinshi baciye ku mupaka wa Gatumba. Abasirikare benshi, intwazangabo na bato bato bavanze, babandanya gusiga ubuzima ku rugamba mu gacerere ntangere ka Leta ya Gitega, mu gihe abandi bahunga batinya guhuza uruhanga n’abasirikare b’umuhari M23. Uburundi bwegeka izo ntambara ku gihugu kibanyi c’Urwanda.