У нас вы можете посмотреть бесплатно #Diasporacity или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Inyuma y'igihe uyu mugambi uriko uratunganywa n'ishirahamwe BMBC, abakiriya ba mbere bamaze kwinjira amazu yabo. Umuyobozi wa BMBC akavuga yuko 60 % ari aba diaspora bava mu gihugu ca Australie. BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012. Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira: -Email: [email protected] -Whatsapp: +25779500227 -Youtube:BMBCburundi -Siteweb:bmbc.bi Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo shirahamwe.