У нас вы можете посмотреть бесплатно Trésor Talks: EP 2 🎙️Inyuma y’Inzozi zo Kwiga mu Mahanga: Inkuru y’Ukuri 📚📖 или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Kwiga mu mahanga benshi babibona nk’inzozi zibaye impamo. Ariko inyuma y’izo nzozi hari urugendo rurerure rufise ingorane, ukwihangana n’ukwiyubaka. Muri iki gice ca kabiri ca Tresor Talks 🎙️, turashira ahabona ukuri kwacu — ibibazo twahuye navyo mu buzima bwo kwiga hanze, ukwumva turi kure y’iwacu, ingorane z’amafaranga, hamwe n’ukwimenyerereza ubuzima bushasha. Ariko si aho twagarukiye. Turasangiza n’ingene twahagurutse, ingamba twafashe, n’ivyatwigishije kuba abakomeye kurusha uko twari turi. Nimba nawe uri muri uru rugendo canke ururondera, menya ko ingorane atari iherezo — ni ishure ry’ubuzima. Kwiga. Kuvumbura. Gutera imbere. 🌍 #TresorTalks #UbuzimaMuMahanga #urugendo #NtucikeIntege #Urwaruka #étudiantinternational #students #students #burundi #burundionthemap