У нас вы можете посмотреть бесплатно Imbabura ikingira ibidukikije : Ikoresha umubire mu gishingo c'amakara или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
DUKINGIRE IBIDUKIKIJE Ikiganiro INKA, IMIRIMA N'IBIDUKIKIJE c'uyu musi kiza kwerekana uburyo butandukanye abantu bashobora gukoresha mu gukinjika mu ntumbero yo kugwanya guhonya ibiti bivamwo amakara. Ido n'ido ni muri ico kiganiro. Uwutaronka akanya ko kugikurikirana uyu musi, arashobora kugikurikirana ku musi wa gatanu 27/9/2024 (18h00) ku mboneshakure y'igihugu, RTNB. Hamwe no ku rubuga youtube (MINEAGRIE BURUNDI TV)IGANIRO INKA, IMIRIMA N'IBIDUKIKIJE DUKINGIRE IBIDUKIKIJE Kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 25/9/2024 ikiganiro gica ku mboneshakure y'igihugu (RTNB) kuva isaha zibiri z'ijoro(20h00), inyuma y'amakuru y'ikirundi. Ikiganiro c'uyu musi gishimikira ku buhinga bw'imbabura ikoresha imicafu y'amavuta y'imoteri (umubire) mu gishingo c'amakara. Ido n'ido ni muri ico kiganiro.