У нас вы можете посмотреть бесплатно Nzogumayo - Pasha Habari Choir или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Zaburi 37:25 Iyi ndirimbo itwibutsa ko umuntu iyo ahisemwo kuba mu Mana, aronka ubutunzi budasanzwe kuko ntakintu yobura. N’uruvyaro rwiwe rurashikirwa kubwo kuguma mu Mana (Zaburi 37:23-25). Azokwamana umunezero, nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi, amababi yaco ntasaza (Zaburi 1:1-3). Kuguma mu Mana bivyara amahoro n'umunezero, ntaburanirwa canke asabirize. Zaburi 126:3 Imana iraturonsa vyose, ivyo idukorera birenze ubwenge bwacu. hari bamwe twavuye kure ariko uyu musi ndashobora kuduza ibendera ry'intsinzi kubwo igikorwa ciza mbere kiza imbere y'ibindi kidasanzwe co kuncungura. CREDIT: Song Writer & Composer: Desiré Bucumi Leader: Christian Ndayishimiye Vocals: Pasha Habari Choir Band: Pasha Habari Choir Sound Engineers: Guillain Bimenyimana & Glade Gladdys Ass. Sound Eng.: Dieudonné & Juma Loops and tracks: Claver (Home Production) Mix & Mastering: Glade Gladdys Lighting: Cedrick Screen: Bienvenu Niyonkuru Video Editor & Director: BestBoy Location: Free Methodist Church Mutanga-Nord Parish Lyrics: Intro/ Nzogumayo, Nkurireyo Nsazireyo, hari umunezero Kuba muri Yesu ni ivyigiciro Niyo mpamvu atawohankura Nzogumayo, nkurireyo Nsazireyo, hari umunezero Kuko hari umunezero Nzogumayo, hari umunezero Twari turushe, araturuhura Twari dushonje, araduhaza Twari mw'ishayo ry'ivyaha, adukurayo Yaratubohoye, tuduza ibendera Yadukoreye vyinshi, muze tumuhaye. 𝗖𝗢𝗡𝗡𝗘𝗖𝗧 𝗪𝗜𝗧𝗛 𝗨𝗦: Instagram: Pasha Habari Choir Facebook: Chorale Pasha Habari Tiktok: pasha_habari_choir 𝐂𝐨𝐧𝐭𝐚𝐜𝐭 𝐮𝐬: Whatsapp: +257 62 97 58 58 Phone: +257 61 24 02 30 Email: [email protected] #Nzogumayo #PashaHabariChoir #GospelMusic #BurundiGospel #ChristianWorship #PraiseAndWorship #BibleVerses #Zaburi_126:3 #Zaburi_37:25 #ImanaIhambaye #FaithInGod #GospelChoir #WorshipSong #jesusislord ©️2025