У нас вы можете посмотреть бесплатно FullLife_ir -MURI YESU ft Francis Destin & Quelos upendo (Official video) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Impumyi zirahumuka, abacumbagira bagenda neza, abanyamibembe barakizwa, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazurwa, aboro barabgirwa ubutumwa bgiza. Matayo 11:5 Lyrics : MURI YESU INTRO : Tuje mwizina rya YESU YAYAYOOOO.!!!!!! Mpwemu w'IMANA niwe aturungitse Mubushobozi Bwa MPWEME YERA Tuzanye ijambo ryubuzima | . Vyarahindutse ariko abantu bo ntibabimenya Bigumira muvyakera maze bicwa nukutamenya None turaje mubushobozi Bwa MPWEMEYERA Tubabwira ukuri,tubabwira iragi turagwankabera YESU ni solution did u know Niwe Muti wibibazo u know me i know Abino we live better getting bigger bigger Glory turi muri peace idahera , abiyo hanze hoho bagenzi MWe muri mubugesera Come quickly quickly kwa YESU yaje kubarokora Yeah! Twahawe izina rirengeye ayandi mazinaaa ryinjira ibwira rigakiza n'Imitima Humuka, kamguka, profita ubwo bwiza bwiwe wahawe haguruka. BRIDGE : Erega burya waribweeee Ntahandi biri Nimuri YESU Twe turiyo turaganje Tubayeho mumunezeroooo CHORUS : muri YESU, Life iri sweety ntahandi Muri YESU, Iboneka atari in papa GOD Muri YESU, Love ntahandi Muriweeeeh, peace and joy and everything Muri YESU, Abanyantegenke barakomey Muri YESU, Abakene nabatunzi Muri YESU, Impumyi nazo zirabona Muriweee, Muri weee, muri weee yayayaa || . Ibitangaza birakoreka muriryo zina ryiwe ababoshwe barabohoko muriryo zina ryiwe Nasanze iyisi burya atakindi yari inyotewe atari UWOMWAMI wabami YESU twagabiwe yeah ! yasanze komeretse ansomeza umuti ampa life iri fit good good ooh my GOD, ooh my GOD warakoze kunzana ahuri nicaranye nawe kuntebe wangize icuri WE are one ,ntituri babiri, wow! holy holy holy for u died for me, me too i live for you icubahiro cose nicawe , Hallelujah, Amen Amen Me Say ! No ather life like being a son of GOD i got same life like same, same of GOD here no trouble , everything availible i live a better life and blessings are uncountable yes ,yes life iri sweety ntahandi iboneka atari in papa GOD bamwe muri twebwe twari ababandi yaraduhinduye atugira ukundi Imbohe zararekuwe abaguruna Ubu baridegemvya Abakene Ubu nabatunzi bwira Impumyi kubau zibona BRIDGE : Erega burya waribweeee Ntahandi biri biri Nimuri YESU Twe turiyo turaganje Tubayeho mumunezerooo CHORUS : muri YESU, Life iri sweety ntahandi Muri YESU, Iboneka atari in papa GOD Muri YESU, Love ntahandi Muriweeeeh, peace and joy and everything Muri YESU, Abanyantegenke barakomey Muri YESU, Abakene nabatunzi Muri YESU, Impumyi nazo zirabona Muriweee, Muriweee, muri weee yayayaa yeeeeeh ,,,,, MAFTAMAN MAFTAAA ....! MAFTAMAN MAFTAAA.....! #MURI_YESU. #GG_SOUND. #FullLif_ir. #Francis_Destin. #Quelos_upendo. #GOSPEL2024. #GGC. #MATAYO_11_5