У нас вы можете посмотреть бесплатно Le stress au travail - quand faut-il s'inquiéter ? или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
#Stress ku kazi: ni ryari dukwiye gutangura kugira ampungenge? 😟💼 Umuvuduko w’akazi, ibikorwa vyinshi, umwanya muto wo kuruhuka… Abakozi benshi barahura na stress ku kazi. Ariko ni ryari itangura guteza ingorane ku buzima bwacu no ku mwimbu wacu? Muri iki kiganiro Première Heure kuri Kazoza FM & Web TV, turakira Deborah Irakiza kugira tuganire ku: ✔️ Ibimenyetso vyerekana ko stress irengeje urugero ✔️ Ibitera stress ku kazi ✔️ Uburyo bworoshe bwo kuyirwanya no kuyigenzura 🎙️ Karibu mu kiganiro kirimwo impanuro ngirakamaro zishobora kugufasha mu kazi no mu buzima bwawe bwa minsi yose. #Burundi #PremièreHeure #gwizaumwimbu