У нас вы можете посмотреть бесплатно IKIGANIRO C'INGO N'IMIRYANGO:N'igiki catabaye Mariage ya Pasteur Marc KAGISYE? или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mukiganiro c'Ingo n'Imiryango caremeshejwe na Pasteur Marc KAGISYE n'Umufasha wiwe mumpera z'umwaka 2019 muri Leta zunze ubumwe z'Amerika mugisagara ca Portland muri Etat ya Maine,uyo muryango warashingiye intahe abaraho ko mu minsi yambere bakigira ubugeni bitari vyoroshe nagato.Banatugira inama y'ibintu 7 twokora kugira ingo zacu ziryohe kandi zikomere. Pasteur Marc KAGISYE arongoye ishengero LIFE CENTER rifise icicaro mu BURUNDI. Imiryango tuvukiramwo,imico n'imyerere yaho dukurira,akahise k'ivyo twabayemwo bigira ingaruka zahafi y'ubuzima tubamwo mungo twubaka.LIANY MEDIA Tv kimwe mubiyiraje ishinga nugusangiza abandi intahe n'inyigisho zituma tugira ingo turyoherewe kandi zikomeye. Wifuza gushinga intahe canke kudusangiza inyigisho zifasha kubaka umuryango, urahawe ikaze.Twandikire kuri [email protected]. Murakoze Imana ibahezagire.