У нас вы можете посмотреть бесплатно Bonesha FM irasubiriye gusamirana mu Burundi или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Nestor Bankumukunzi arongoye ikigo CNC niwe yavuze, kuri uwu wambere, igenekerezo rya 22/02/2021, ko ico kigo kigenzura ibimenyeshamakuru mu #Burundi cakuyeko ibihano radiyo Bonesha FM. Ikigo CNC kikaba cemera kandi ko Léon Masengo ariwe muyobozi wa Bonesha FM. Iyo radiyo iri mu zatewe hakoreshejwe ibirwanisho bicira umuriro mu 2015 inyuma y'igeragezwa ry'ugutembagaza ubutegetsi. Ico gihe igihugu cari mu ntureka zijanye n'ukwiyamiriza ikiringo ca 3 c'umukuru w'igihugu.