У нас вы можете посмотреть бесплатно Umviriza interview exclusive na Tatien Sibomana, umuhinga mu vya politike no mu vy'amategeko или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mu gihe Kw'igenekerezo rya 5 Ruhuhuma uko umwaka utashe, uburundi buhimbaza umusi mukuru w'amasezerano y'ubumwe bw'abarundi, Thacien Sibomana, umuhinga yanonosoye ibijanye n'amategeko akaba n'umuhinga mu vya Politike mbere akaba ari mu bitavye ayo masezerano, abona ko ingingo zimwe zimwe ziri muri arya masezerano y'ubumwe bw'abarundi zogarukanwa mw'ibwirizwa Shingiro. Ivyo akaba yabishikirije kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2022 mu kiganiro yahaye ikinyamakuru RegionWeek. Sibomana asigura avuga ko mw'ibwirizwa Shingiro riheruka gufutwa hariho ingingo nyishi zari zagarutsemwo biciye mu masezerano ya Arusha. Ikindi ngo n'uko muri préambule y'iri bwirizwa Shingiro rishasha ryatowe mu mwaka wa 2018, bavugamwo amasezerano y'ubumwe bw'abarundi. Rero ngo ntivyumvikana ukuntu bovugamwo ayo masezerano y'ubumwe bw'abarundi ariko ntibatoremwo ingingo zija mu mategeko y'igihugu. Kubwiwe abona ko ari ukugomba ikintu n'igihushane cavyo. Uwo muhinga abandanya avuga ko birya biganiro yari intambwe ihambaye k'ubuzima bw'igihugu no kunywanisha abarundi rero ko bikwiye ko amasezerano yavuye murivyo yokubakirwako. #Burundi #Uprona #Assurance