У нас вы можете посмотреть бесплатно YESU NI UMUKUNZI WACU NIWE INDIRIMBO YA 75 или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Yesu Ni Umukunzi wacu What a Friend we have in Jesus. G.B.64. T.H.139 1 Yesu n'Umukunzi wacu, Ni w' atwikorerera Imibabaro n'ivyaha, Akatubabarira. Umunt' adasenga wese Ntiyoronk' amahoro, Tweho tuje kuri Yesu, Tumubarire vyose. 2 Umunt' adasenga wese Yaman' ivyaha vyiwe, Ngwino, ngwino kuri Yesu Akuruhure vuba. Yes' aradukunda twese, Yes' afis' imbabazi, Yapfiriy' abantu bose, Mumusenge n'Umwami. 3 Ivyaha n'ubgoba bgose N'imitim' ibabaye Tubijane kuri Yesu, Araduh' amahoro. Ntitugir' umutabazi Adukunda nka Yesu, Ariko Yesu wenyene N'umukunzi w'abantu. May God Bless You