У нас вы можете посмотреть бесплатно Wari uzi ko Prezida w' или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Imbuga ngurukanabumenyi zitandukanye zegukira ibiro vy'umukuru w'igihugu mu #Burundi, zasohoye videwo n'amafoto ya Prezida Evariste Ndayishimiye ariko avuze ingoma kumwe n'abatimbo bo mu #Gishora muri Komine ya #Giheta y'intara ya #Gitega Prezida #Evariste_Ndayishimiye asanzwe avukamwo. Mu #Gishora ni ho hatanguriye ingoma zo mu Burundi. Ku rubuga rwa #Twitter y'ibiro vy'umukuru w'igihugu c'#Uburundi, Ntare Rushatsi House handitseko ko Prezida Ndayishimiye yagendeye isoko ry'#ingoma mu Gishora mu ntumbero yo gusozera akaruhuko k'akazi yahoramwo n'umuryango wiwe. @NtareHouse mu gutangaza ayo mafoto na videwo yavuze ko Prezida Ndayishimiye ari umukunzi w'ingoma kuva akiri muto. Ano mashusho ya Prezida w'Uburundi atamba, avyina yongera avuza umurisho w'ingoma uyavuzeko iki?