У нас вы можете посмотреть бесплатно Double Jay - DEEP feat Lino G & Kirikou Akili (Official Music Video) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Video Director: @johnelarts Prod. by Jibu The Classic M&M Kolly da Magic Lyrics vers.1: Ntwara buhoro buhoro mukobwa umutima urikwiruka ngeze kure cane eraga sindi kwiyumva temperature irikuduga imanuka cane Uhora umBaza kongukunda kenshi nkabura ico nkwishura uzi ivyo nkeneYe sindinda kukwibutsa let’s live the life i’m going to start to live with you my girl Erege urandembesha wasanze ndi inigga urandegeza unyigisha gutereta meze nk’umwana nsigaye nibebeza Chorus: Uru Rukundo ruri Deep Deep Deep ruri Deep Deep Deep ukuntu niyumva ntanahamwe nigeze ndavyumva . In case u don't know Baby in case u don't know Je siniteze kukureka nkagenda... Yaje hageze uyu mwana maze Atuma niyumva bien je ndamwita my lova. Vers.2: Iyo ungiye kure umutima urakunyishuza Uje nkatuza Je ndakugwaye wa mwana Kuba naraguhisemwo jewe sinicuza baby u know that sinipfuza ko twovana Elega ulandembesha wasanze ndi Nigga ulandegeza unyigisha guteleta meze nk'umwana nsigaye nibebeza. Chorus/.... Vers.3 : Uburyo ngukunda Nsaba Imana singutakaze Urukundo numva rwasaze Oya ntiruzopfa ruheze Oooh yeah yeah.. Kuva zamani we waranfashe maskini Utuma nfata namadeni Mbe nurukundo canke namajini ... sinzi. Elega ulandembesha wasanze ndi Nigga ulandegeza unyigisha guteleta meze nk'umwana nsigaye nibebeza. Catch Up With Double Jay on : Instagram: / doublejay_onceagain Facebook: / doublejayonceagain Follow Kirikou A-kili on : Instagram: / kirikou_akili Facebook: / kirikouakili #doublejay #kirikouakili #linog