У нас вы можете посмотреть бесплатно Ishengero rya Méthodiste unie mu Burundi ryatanze ibikoresho vyo kugwanya kolera vya millioni150 fbu или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Ibikoresho n'imiti vyerekeye kurwanya no kuvura abafashwe n'ingwara ya #choléra bifise agaciro kangana n'imillioni 150 z'amafranga y'amarundi, nivyo vyashikirijwe ubushikiranganji bw'amagara y'abantu no kurwanya Sida, bitanzwe n'ishengero rya Méthodiste unie mu Burundi, kuri uyu wa 20 Ruhuhuma umwaka w' 2026 ku cicaro c'ubwo bushikiranganji. Emmanuel Sinzohagera aserukira imbere y'amategeko iryo shengero, akaba yamenyesheje ko bakoze ico gikorwa, kugirango batange intererano mu gisata c'amagara y'abantu. #Burundi