У нас вы можете посмотреть бесплатно Apôtre Isidore Mbayahaga : Ingo nyinshi zisambuka kare kubera zubakwa ata rukundo rw’ukuri rurimwo или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mu kiganiro BBNEWS yakoranye n’umukozi w’Imana, Apôtre Isidore Mbayahaga, yavuze ko gituma ingo nyinshi za kino gihe zisigaye zisambuka mu gihe gito, biterwa n’uko zubakwa ata rukundo rw’ukuri rurimwo. Abategura kwubakana basigaye babeshanya cane, kubera umwe aba yakunze ibintu kanaka ku wundi. Ikindi naco ngo ni kubera abubakana ubu, bagera muri ivyo bihe bamaze kuja mu ngeso mbi n’abandi benshi bigatuma babura uwo bizera ijana kw’ijana.