У нас вы можете посмотреть бесплатно Amabanga atangaje y’Inyanja Itukura abantu benshi batazi(Inkuru idasanzwe) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Woba wari uzi ko hari inyanja ifise amazi arimwo umunyu mwinshi kurusha izindi nyanja nyinshi, kandi ikaba ifise amateka ahambaye avugwa no muri Bibiliya? Iyi ni documentaire igushikana ku bintu bitangaje cane ku Nyanja Itukura: aho iherereye, impamvu yitwa itukura, ibinyabuzima biyibamwo, amateka yayo atangaje, n’ibintu bituma abantu baturuka kw’isi yose baja kuyisura. Muri iyi video uramenya: – Aho Inyanja Itukura iherereye n’akamaro kayo ku bihugu biyegereye – Impamvu amazi yayo adasanzwe n’ico bivuze ku buzima bwo mu nyanja – Amateka atangaje n’ibivugwa muri Bibiliya bijanye n’iyi nyanja – Amafi n’ibinyabuzima vyihariye biyibamwo – Ibintu bituma iyi nyanja iba imwe mu nyanja zikurura abantu benshi ku isi Niwaba ukunda faits insolites, curiosités, amayobera y’isi n’inkuru zitangaje, iyi documentaire iragenewe wewe. Kurikirana gushika kw’iherezo kuko igice ca nyuma kirimwo ibintu abantu benshi batigeze bumva ku Nyanja Itukura. #InyanjaItukura #FaitsInsolites #Curiosités #Documentaire #Mystère #Nature #Histoire #Bibiliya