У нас вы можете посмотреть бесплатно Umugambi PAEEJ urasaba umu jeune wese afise umugambi kuwutwara kugira ngo aronke umutahe w'ibanze или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
#Burundi Umugambi Paeej-Burundi urasaba umu jeune wese afise umugambi kuwutwara kugira ngo uwo mugambi umuhe umutahe w'ibanze. Bamwe mu rwaruka bati: "None ko mwebwe mwize muhejeje amashure mugaca muronka akazi, kubera iki uyu munsi muvuga ko twebwe bidakunda, mukadusaba kwikorera ivyacu?". Umuhuzabikorwa mu mugambi #PAEEJ Désiré MANIRAKIZA ati: "Mwibuke ko ibintu bihinduka. Ko kera umuhungu ashikanye imyaka 18 se wiwe yaca amukwera umugeni, none ubu niko bikimeze? Umuhungu siwe yironderera umugeni? Ibihe birahinduka"