У нас вы можете посмотреть бесплатно HARANYERERA BY HAPPY-RIC FAMILY SENIOR или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Nisaw ncuti zacu Muramahoro? Harico twashaka kubamenyesha kubijanye nibikogwa vyacu cane cane kubijanye na Video Tuba twipfuza gutanga message zisa neza mumashusho mugukoresha camera nini Ariko kubera dukora ibihwanye nuburyo bwacu niyompanvu dukora kugeza mubona niho duhambije. Gikuru tuba twipfuza gushira ahabona messge y'ubutumwa bwiza abakorera murimpwemu barabutahura abakorera mumubiri nabo ntaco bahanoba . Ibindi tuzoza turakura buhoro buhoro turacari kure cane ntawuvuka rimwe ngo yuzure ingovyo Gato karakura. Kandi naho tugeza abazanwa nubutumwa bwiza burabafasha cane. Imana ikomeze kubibahezagirira mw'ibuka nogusabikanya nabandi ubu butumwa dutanga buciye mundirimbo Murakoze. uwogira icabaza yotwandikira kuri whatsapp +257 71 386 423