У нас вы можете посмотреть бесплатно Muratangara mwumvise uwaririmvye izi ndirimbo😳|Yabaye umu star avuye mu misozi|NDIRABIKA Augustin или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Twibuke: NDIRABIKA Augustin n'umucuraranzi akongera akaba n'umuririmvyi yarakomeye cane aho hambere. D'après umwana wiwe n'abana yareze bivugwa ko ariwe yatanguje Musique moderne mu Burundi. Hari indirimbo nyinshi ziwe twumva ku maradio kuva kera tukaziririmba ntitumenye ko ari iziwiwe. Ntakintu kibabaje nko kuba warakoze amateka nkayo yakoze ariko ntiwibukwe😒. Kubwivyo twashatse ku mugarukana mu mitwe no mumitima yanyu kugira ngo Impanuro yatanga n'umuziki mwiza yakoze bizofashe n'urunganwe rwubu rutagize amahirwe yo kumubona. #kwibuka #NdirabiraAugustin