У нас вы можете посмотреть бесплатно SORRY Part 2 : Uwu Mugore yakunze Umugabo yubatse | Burundian Best love Film или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Bill afashe ingingo iremereye cane, Sarah ari mugahinda, Julia ababariye umugabo! Bigenda gute ngo umuntu akunde umuntu yubatse? Abantu bubakana bakundana, bipfurizanya ivyiza, burumwe yizeza umukunzi wiwe ko bazosangira vyose ivyiza n'ibibi! Bigenda gute ngo abo bagere aho bashobora guhemukirana no kubabazanya? Nimba wubatse canke witegurira kwubaka, iyi Film niwewe twayikiniye, uyirabe ikuryohere. SORRY - Intimba y'Umukunzi ni Film yubakiye kunkuru y'ibintu bishobora kubaho, ivuga vyinshi kumubano w'abubatse n'insiguro y'urukundo rw'ukuri. Muri iyi nkuru, Bill akundwa n'umugore yubatse yitwa Sarah kandi Bill nawe yubakanye na Julia, ivyo bigatuma mungo zabo haduka ibibazo. Iyi ni Film irimwo ubwenge bwinshi, igaragaza agaciro k'ubwizigirwa n'intambara ziba mumutima iyo uwo wakunze mwubakanye atanguye kuraba ryiza hanze. Inyigisho zitekeye muriyo ziyigira Film ntibagiranwa mubuzima bw'uwuyiravye. Raba izindi Film nziza cane nk'iyi uciye hano • FULL MOVIES Kugira tumenye igitigiri c'abakunzi b'ibikorwa vyacu, tubasabe mukore subscribe muzoba mutweretse ko mudushigikiye. Joyful Image Films ni Chaine yanyu ibahereza ivyishimo biciye muma film ndundi. Film z'urukundo, comedie n'izindi nka Film d'action, Film dramatique, Film d'horreur. Film zacu zibamwo inyigisho z'abubatse, izo urukundo ku rwaruka gen-z, social n'izindi. Film ndundi- Film nyarwanda (Kirundi / Kinyarwanda - English) Dukorera kuri YouTube, Facebook, TikTok na Instagram hose kwizina rya Joyful Image Films. Ushobora kutwakura kuri whatspp +25761627688 Sorry Intimba y'umukunzi Nitanga Noé Josh Joyful Image Films African Films Heart Films africains Joyful World Sorry, Icamwa c'urukundo, Urukundo mumisi 3, Imbaraga z'umutima, Rurihe, Cheating #Joyful #Image #Films #African #Films #Heart #Joy