У нас вы можете посмотреть бесплатно BishashaỊ INTUMWA igiye kubashikiriza ibiganiro bidasanzwe: Mwitegure kumva IDO N"IDO na Sebarundi. или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
🚨 Iterambere mu bijanye no kumenyesha amakuru mu Burundi! Ikinyamakuru Intumwa mw’Iterambere kiriko kiragwiza urutonde rw’ibiganiro bidasanzwe amashusho n’amakuru yihariye mu buryo bushasha bwa none biciye ku muhora waco wa YouTube “Intumwa TV”. Ikintu gishasha cambere: 🎤 Ikiganiro kidasanzwe “Ido n’Ido” cagiranye na Perezida Ndayishimiye Évariste! Umvuriza inkuru iramvuye yerekeye intango yiwe muri politike, ivyo yemera, ivyiyumviro vyiwe ku bijanye n’amateka, politike, ubutunzi, siporo, imico n'akaranga vy’Uburundi n’akazoza k’igihugu. Ikiganiro kitazobura, mukirabe mu buryo buramvuye ku rubuga rwacu rwa YouTube. 🔥