У нас вы можете посмотреть бесплатно IKIGANIRO COSE UMUNYAMABANGA MUKURU WA CNDD-FDD YAGIRANYE N'ABAMENYESHAMAKURU KUWA 2/01/2024 или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Inyuma y'imyaka itatu amaze arongoye Umugambwe CNDD-FDD, Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo yarahaye ikiganiro abanditsi n' abamenyeshamakuru ku musi wa kabiri, igenekerezo rya 02 Nzero 2024. Inyuma yo kwipfuriza umwaka mwiza w’2024 abagumyabanga bose, n’abarundi bose muri rusangi, Umunyamabanga mukuru yagarutse ku buzima bw’Umugambwe n’ubw’igihugu, aca ku mayange ivyaranguwe n’Umugambwe mu mwaka w’2023, n’ivyo Umugambwe utegekanya kurangura mu mwaka w’2024