У нас вы можете посмотреть бесплатно KUB TV или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
None nnezererewe amagorwa yanje yo kubganyu, kand' ivyasigaye ku marushwa ya Kristo nanje ndabishitsa mu mubiri wanje, kubg' umubiri wiwe, ni wo shengero, iryo nacikiye umukozi, nk'uko nahawe n'Imana ububgiriza bgo kugaburira mwebge, kugira ngo nkwize ijambo ry'Imana rishitse, ni ryo banga ryari ryarahishijwe uhereye kera hose n'ibihe vyose, ariko noneho ryahishuriwe abera bayo, abo Imana yakunze kumenyesha itunga ry'ubgiza bg'iri banga, rivugwa mu banyamahanga, ni ryo Kristo ari muri mwebge, ivyizigiro vyo kuzoronka ubgiza. Natwe ni we twamamaza, duhanura umuntu wese, twigishisha umuntu wese ubgenge bgose, ngo dushikirize Imana umuntu wese ahinguriwe muri Kristo: Ab'i Kolosayi 1:24-28 Kuko tudashobora kurwanya ukuri, ariko duherereye mu ruhande rw'ukuri. 2 Ab'i Korinto 13:8 Kuko handitswe, ngo Nzohonnya ubgenge bg'abanyabgenge, N'ubuhanga bg'abahanga nzobuhindura ubusa. 1 Ab'i Korinto 1:19 KUB TV #112 🔰 BITEYE ISONI// UBUHANUZI BUKOMEYE// IMANA YIHISHURIRA ABANA BAYO