У нас вы можете посмотреть бесплатно BIG FIZZO || UMWE MU BANA BIWE NIKITA MUGANI YAKWIJIJE IMYAKA 19 Y'AMAVUKA. MWARI MUZI ABO ARIBO? или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Umwana wa kabiri akongera akaba uwa mbere w'umukobwa wa Désiré MUGANI azwi nka Fizzo yakwije imyaka 19 y'amavuka. Nikita Mugani yavutse kuwa 19 Gitugutu 2003. Fizzo aho ari mu gihugu c'ubufaransa yifurije isabukuru nziza umukobwa wiwe abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ino nkuru mwateguriwe na Patrick Paggio Niyonkuru muraza kumenya abana n'umuririmvyi Fizzo muri bo hari batandatu (6) yemeye na babiri (2) ataremera. Abana ba Fizzo 1.Trésor MUGANI né le 28/2/2000 2.Nikita MUGANI né le 19/10/2003 3.Wakbar MUGANI né Janvier 2007 4.Abou Iyad Rabin Mugani❌ 5.Thiara Keza née le 1/2/2008 6. Zia MUGANI née le 25/12/2009 7. Victorine Eden MUGANI le 22/10/2018 8. Saint Boy Toussaint.❌