У нас вы можете посмотреть бесплатно Imyaka 10 iraheze hagandaguwe uwahoze ari umukuru wa UPD-Zigamibanga, ubutungane buguma mu gacerere или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Umugambwe UPD-Zigamibanga utavuga rumwe n’ubutegetsi urahimbaza imyaka 10 iheze Zedi Feruzi, umukuru wa mbere w’uwo mugambwe, agandaguwe kw’igenekerezo rya 23 Rusama 2015. Chauvineau Mugwengezo, arongoye uwo mugambwe, aributsa ko gushika ubu ata matohoza yigeze aba, kandi hari bamwe mu bacitse kw’icumu mu gitero camuhitanye bahishuye ko Zedi Feruzi yagandaguwe n’abitwaje ibirwanisho harimwo n’abari bambaye umwambaro w’igipolisi kijejwe gucungera inzego. Agahamagarira Abarundi bose gukwirikirana igandagurwa rya Zedi Feruzi mu gihe boba bipfuza ko Uburundi buba igihugu kirangwa n’ubutungane.