У нас вы можете посмотреть бесплатно Haciye hasohoka Ubuhanuzi nyuma yaho wamutunzi wambere agendeye Uburundi|| Nicolas gutaha 08/02/2026 или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Ni jewe, jewe nyene nabivuze; mbere naramuhamagaye, ndamuzanye, kand' urugendo rwiwe ruzogira amahirwe. Ni mwigire hafi mwumve ibi: uhereye mw itanguriro nta ho navugiye mu mpisho; uhereye aho vyabereyeho, nariho: kandi non' Uhoraho Imana antumanye na Mpwemu wiwe. Uku ni k'Uhoraho Umucunguzi wawe, Uwera w'Abisirayeli agize, ati Ni jewe Uhoraho Imana yawe, nkwigisha ibikugirira ikimazi, nkakurongora mu nzira ukwiye gucamwo. Iy' uba warumviye ivyagezwe vyanje, uba waragize amahoro ameze nk'uruzi, kand' ukugororoka kwawe kuba kwarabaye nk'imipfunda y'ikiyaga; Yesaya 48:15-18#amakuru_atarikwivumbi #urugendo_news #daniel_mugisha #news_updats_interview Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango Amakuru ya Haguruka yihuta Amakuru yinzamba yihuta Amakuru ya Peace FM yihuta Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye