У нас вы можете посмотреть бесплатно Ndorimana Benoît yabaye umurundi wa mbere yerekanye aho ubutare bw'Uburundi buri. или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
#Burundi: N'ubwo nyene atawubura ibimugora akiri mu buzima bwo kwi'isi umuntu ngo yategerezwa gukora kugira ngo ave kwi'isi asize izina n'ibikorwa vyiza abantu bazomwibukirako. Jean Claude Karegwa Ndenzako umuhanuzi w'Umukuru w'Igihugu muvya poritike n'imibano mu gihe kuri uno wa 14 Gitugutu 2024 bariko bashingurana iteka umukuru w'umugambwe #PARIBU, Ndorimana Benoît akaba ari nawe yerekanye ubwa mbere ahari ubutare bw'Uburundi akanatanguza ishirahamwe ry'ubwishingizi #SOGEAR.