У нас вы можете посмотреть бесплатно IMBURI K'UBWOKO BW'IMANA DATA. или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Bene Data ncuti z'Umusalaba ndabaramukije mw'Izina rya Yesu Kristo. Ibihe turimwo birakomeye Umwami wacu Yesu Kristo yatuburiye ko hamwe na hamwe hazotera Inzara,Ibiza ,Intambara kandi tubirimwo . Twikangure twihane ivyaha hagati y'Ivyabona bibiri canke birenga mu kuri tubikuye k'Umutima Amaraso ya Yesu Kristo atweze adutunganye. Ibihugu vyo mu karere ka Afrika y'Ubuseruko turumvamwo imidugararo . Umunyabwenge ariko arezwa ivyaha no kurondera amavuta arivyo bikorwa vyo kugororoka vy'Abera bijanye no gukunda nkuko twikunda Impfuvyi,Abapfakazi n'Abakene mu magorwa yabo natwe tukava mw'Ihanga ry'Abagarariji nkuko IMANA DATA Yavyeretse Umuhanuzi Ezekiyeli mu gihe c'Abisirayeli bari mu gihugu c'Abakaludayo. Amadini yabaye menshi atuma abantu baba abagarariji kuko ABAKURU B'AMADINI Y'ISI BIZE THEOLOGY. IDINI NYAKURI #YAKOBO:1:27 bararitunyegeje kandi ariryo rizotujana mw'Ijuru. CONTACT:+250787748575 Email:niyoncuti freddy@gmail.com