У нас вы можете посмотреть бесплатно Umukuru w'Igihugu ahejeje kwugurura Isoko ry'imitahe yasavye abahora bakorera mu gifuri baje ahabona или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, amenyesha ko Isoko y'imitahe ari akaryo keza ku Gihugu kuko ngo izotuma abahora bakorera mu gifuri bamenyekana. Ivyo akaba yabishikirije kuri uyu wa 12 Kigarama umwaka w' 2025 mu gisagara ca Bujumbura, mu gihe yari aramutse yugurura icese inyubakwa yataziriye #Ikirezi yubatswe n'ibanki #Bancobu, yongera atanguza ku mugaragaro ibikorwa vy'isoko rihuza abagura n'abagurisha imitahe yabo mu Burundi ( Bourse du Burundi) mu rurimi rw'igifaransa, isanzwe ikorera muri nyubakwa nyene. #Bourse