У нас вы можете посмотреть бесплатно Agathon Rwasa aragiriza ubutegetsi kuburabuza ibikorwa vy’umugambwe CNL или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mu mubonano yagize n’abanywanyi b’umugambwe CNL kuri uyu w’Imana uheze muri komine Rugombo iri mu ntara ya Cibitoke, umukuru w’uwo mugambwe Agathon Rwasa yarasubiriye kwiyamiriza iburabuzwa ridahengeshanya gukorerwa abanywanyi b’uwo mugambwe muri rusangi. Agahamagarira abategetsi b’Uburundi babijejwe gukora ibishoboka kugira batuze uwo wese abiba urwanko canke acanishamwo imigambwe, hakurikijwe amategeko.