У нас вы можете посмотреть бесплатно INTWARI – ININGITI BAND (OFFICIAL VIDEO) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Intwari by Iningiti Band #Intwari #BURUNDI Tuyage gato kuntwari zaranze ub'UBURUNDI BWA NYABURUNGA. Ub'UBURUNDI ivuka ryabwo riracagoranye gutora neza kubera yuko #Abashakashatsi bize ivya kahasi batarabihurizako. Bamwe bavuga ibi abandi biriya bigatuma inkuru y'imvaho "Y'UKURI" itamenyekana kubarundi bose. Aha twisunga ibitabo biyaga ivyakahise k'Uburundi namwe mumajambo ashikirizwa n'abigisha bize ivyakahise muma Kaminuza atandukanye. Ariko nubwo biruko hari bamwe mubami bamenyekanye #nk'INTWARI hambavu yaho tutiyobagije k'ababutwaye ari benshi. Nubwo biruko hari nabandi biguze UBURUNDI batamenyekanye cane ariko bagafatwa nka bamwe muncungu zubu Uburundi bwa Nyaburunga. Amazina y'Abami NTARE RUSHATSI CAMBARANTAMA MWEZI GISABO NTARE RUGAMBA Ayandi mazina y'izindi#NTWARI zamenyekanye ni: BIHOME NGANJI Producer: Iningiti Band Director: Mo Ass Dir: Vicky Editor: Vicky & Mo Song Writers: Egide , Sylidie & Héritier Stylist : Jean Robert Estime Please Subscribe Like & Share & Comment @subscribers