У нас вы можете посмотреть бесплатно Abarundi 5.998.977 baba mu gihugu c'Uburundi nibo biyandikishije ngo bazotore или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Abarundi 5.998.977 baba mu gihugu c'Uburundi nibo biyandikishije ngo bazotore, hamwe n'ibihumbi 14.521 bari hanze y'igihugu bose hamwe akaba ari 6.013.498. Vyashikirijwe kuri uwu wa kabiri na Prosper Ntahorwamiye arongoye Umugwi w'Igihugu ujejwe gutunganya amatora (#CENI), aho hariko haratangwa inyigisho ku bagize imigwi ya #CEPI na #CECI bo mu gihugu cose. Muri #CENI bavuga ko bashimye kwigisha iyo mirwi ibiri kugira bavyumve kumwe kuko iyo abantu ubigishije ugutandukanye hariigihe bavyumva ukudasa.