У нас вы можете посмотреть бесплатно Naje muri Repentance Ndushe Cane, Narirwaye Paralise — Ariko Imana Yarankijije! или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
🌟 INTAHE — Ukukizwa Kwa Paralise Naje muri Repentance nkiri ndarushe cane, umubiri wanje waranse, ndirwaye paralise. Ubuzima bwanje bwari bwarahindutse umubabaro gusa, nta cizere co gusubira kuba muzima. Ariko mu masengesho, no mu kwihana (repentance), Imana yarankoreye igitangaza. 👉 Ico Imana yakoze: – paralise yarakuweho, – inguvu zirasubira mu mubiri, – nsubirana kugenda no kubaho nk’abandi. Uyu musi mpagaze ndi intahe y’uko Imana irakira n’indwara zose, mbere n’izisa n’izidashoboka. 🙏 Nimba uri mu burwayi bukomeye, ntuhebe — Imana igukorera aho uri hose. 👍 SUBSCRIBE — LIKE — COMMENT — SHARE Sangiza kugira n’abandi bafashwe. MWARA HEZAGIWE 🙏❤️ murashobora kudukurikirana kuri: YouTube: @pastorjosephnduwimana3549 Facebook # / pastor.joseph19 Tiktok: / apostlejosephnduwi Instagramme : / apotre_joseph_nduwimana #Intahe #Ukukizwa #Paralise #Repentance #ImanaIrakiza #Amasengesho #Kwizera #HealingTestimony #ImanaIkomeye @pastorjosephnduwimana3549