У нас вы можете посмотреть бесплатно Zaburi 39(40): Ndi Hano, Ndaje, Mukama - Cathédrale Regina Mundi или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Zaburi 39 (40), 2. 4ab. 7-8a. 8b-9. 10 Icit.: Ndi hano, ndaje, Mukama, ndaje gukora ivyo ushaka. Nari nizigiye Umukama nshimitse, yaranteze ugutwi. Araheza antuma nezerwa ndaririmba, Ndaririmbira Imana yacu. Inkuka n’imperezwa vyari ubusa kuri Wewe, Warantabaye ndabimenya. Eka ivyo baguhereza vyose ntiwari ubishimitsemwo, Niho nitora nti: «Ndi hano ndaje.» Ivyanditswe kuri jewe Bintegereza gukora ivyo ushaka: Mana mfise, amabwirizwa yawe Aranezereza kandi ndayashize ku mutima. Narataziriye inkuru nziza ishengero rikoranye. Raba sinobinuma, ni ico wiyiziye, Mukama.