У нас вы можете посмотреть бесплатно 🔥Bagiye Mu nyigisho zisanzwe… Ariko Ico Bahavuye Babonye Carabatangaje Cane! или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Vessels of Hope Burundi yaratunganije inyigisho zimaze imisi ibiri zigenewe abarongozi b’amashengero n’abakristo i Bujumbura, zerekeye Ubujanama Rukristo (Counselling Chrétien). Izo nyigisho zari zifise intumbero yo gufasha abakristo n’abarongozi kumenya uburyo bwo gufasha abantu mu bibazo vy’ubuzima, mu vy’umutima no mu rugendo rwabo rwo kwizera, bakoresheje ukuri kw'ijambo ry'Imana 🙏 Ntiwibagire: ✔️ Like ✔️ Share ✔️ Subscribe kugira ntucikwe n'izindi nyigisho ukeneye #UbujanamaRukristo #counselling #vessels #christianleadership #bujumbura #inyigishozabibiliya #viechrétienne étienne @UmwungereTV #christiancounseling #burundichurch