У нас вы можете посмотреть бесплатно MĂNA MPĒZAGIRIRA UBU BUGENI (BUCÚMI DONAVINE & NTĀFÁTIRO PATRICE) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
5.8. MPEZAGIRIRA UBUGENI 1. Burya kw’isi jewe na wewe dutora ibintu bike cane: 2. Sinatoye umuryango, sinatoye ubgoko n'igihugu 3. Sinatoye abavyeyi, sinatoye avandimwe n'incuti zose 4. Sinatoye Imana yanje, sinatoye abo duhura n’abagendanyi 5. Sinatoye abana b’intore Imana izoduha kuko «havyara Imana » 6. Ariko uno musi mugore wanje nagutoye wewe musa kandi wisa. 7. Natoye 8. Wewe Mâna wankuye mu tuziba inari 9. Wewe Mana unzi imyaka inanzi ntaranavuka 10. Ukaba uri Mudahetwa na Mudaharirizwa 11. Hezagira uno musi ubu bugeni ngushinze 12. Wewe Mâna ubona urtya vyose na kazoza 13. Kandi ukaba Uwamaho ejo bundi, ubu-u n’ejo 14. Hezagira uno musi ubu bugeni ngushinze. 17. Sinatoye kuvuka, kwaruka mbere no kugera aho ngeze 16. Sintora ico mvuga, abamvuga n’ico nkora 17. Sintora ivyigwa, abigisha n’abigishwa banje 18. Sinzotora urupfu, abazomfuba n’abazoshinga intahe 19. Ariko jewe naritonze ndagutora mu ndanga zigandagaje 20. Uno musi mugore wanje nagutoye wewe musa kandi wisa. 7. Natoye 8. Wewe Mâna wankuye mu tuziba inari 9. Wewe Mana unzi imyaka inanzi ntaranavuka 10. Ukaba uri Mudahetwa na Mudaharirizwa 11. Hezagira uno musi ubu bugeni ngushinze 12. Wewe Mâna ubona urtya vyose na kazoza 13. Kandi ukaba Uwamaho ejo bundi, ubu-u n’ejo 14. Hezagira uno musi ubu bugeni ngushinze. 21. Natoye ata gitsure, ata musunikano n’ikimoko i mugongo 22. Umutima wanje witoye uratora neza iciza ciza cogeje 23. Uragera neza urageranya icitegerezo ciza mu vyiza vyose 24. Ubu umutima wanje watoye umugore yisa mu beza bose 25. Ndagomba ngorwe, ico nzi muri BaMaziyateke natoye wewe musa 26. Uno musi mugore wanje nagutoye wewe musa kandi wisa. 7. Natoye 8. Wewe Mâna wankuye mu tuziba inari 9. Wewe Mana unzi imyaka inanzi ntaranavuka 10. Ukaba uri Mudahetwa na Mudaharirizwa 11. Hezagira uno musi ubu bugeni ngushinze 12. Wewe Mâna ubona urtya vyose na kazoza 13. Kandi ukaba Uwamaho ejo bundi, ubu-u n’ejo 14. Hezagira uno musi ubu bugeni ngushinze. 27. Nitonze ndatora umugenzi n’umutambukanyi mwiza utoraba 28. Hagati na hagati mu bihumbi n’ibihumbagiza Imana yaremye 29. Natoye guterwa iteka rizima nk'iry’uwumvyara 30. Natoye gusezera burundu ubusore n'ubukumi 31. Natoye kwibera mu Rukundo rutagira ingero izwi n’abantu 32. Ko natoye, none nshimire nde atari Wewe Mâna nshinze ubugeni? 7. Natoye 8. Wewe Mâna wankuye mu tuziba inari 9. Wewe Mana unzi imyaka inanzi ntaranavuka 10. Ukaba uri Mudahetwa na Mudaharirizwa 11. Hezagira uno musi ubu bugeni ngushinze 12. Wewe Mâna ubona urtya vyose na kazoza 13. Kandi ukaba Uwamaho ejo bundi, ubu-u n’ejo 14. Hezagira uno musi ubu bugeni ngushinze.