У нас вы можете посмотреть бесплатно Kuvuga imbonakazoza y’iterambere mu gihugu kitagira igitoro ni ukwihenda (F. Ndikumana) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Imyaka itanu iraheze Uburundi buri mu ngorane ikomeye y’ibura ry’ibitoro mu gihe umukuru w’Igihugu yari yamenyesheje ko ico kibazo agiye kugifata mu minwe. Ikiboneka ni uko ikiringo ca mbere ca Évariste Ndayishimiye gishobora guhera igihugu kicugarijwe n’ico kibazo. Bivugwa na Faustin Ndikumana, arongoye ishirahamwe ryishinze gukangurira Abarundi guhindura ingendo kugira biteze imbere. Faustin Ndikumana akibaza ingene abategetsi b’igihugu bifata nk’abadatembera kugira babone ingene ahandi bikorwa, ingene bitaho igisata co kwunguruza abantu n’ibintu. Agasaba abategetsi b’igihugu gufata ingingo kugira uwo mw’ijima wugarije Uburundi uhere.