У нас вы можете посмотреть бесплатно Mu ndwi yahariwe amabanki buca itangura, amabanki azokwihweza ingene yoshigikira igisata c'uburimyi или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mu Burundi Igisata c'uburimyi gushika Ubu ntikirenza ibice 10% vy'ingurane itangwa n'ababanki, kandi ari igisata kiza imbere mu kugwiza ubutunzi bw'Uburundi . Mukiganiro n'abamenyeshamakuru uwurongoye ishirahamwe ry'amabanki mu Burundi amenyeshako ico kibazo kizoba kiri mubizohanwahanwako ivyiyumviro mundwi yahariwe ama banki mu Burundi, izotangura Kuva kuwa 17 Kigarama 2025. Amabanki akaba yipfuza ko yoshigikira ico gisata mu kugiha ingurane, mu ntumbero yo gushigikira iterambere ry'igihugu.