У нас вы можете посмотреть бесплатно Ndi Uwawe - Chorale Sayuni или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
This is the official channel of Chorale Sayuni. Chorale Sayuni is a Gospel Choir from Eglise Evangelique Des Amis de Kamenge(E.E.A) Bujumbura Burundi, that aim to spread the Gospel of Christ Songs. Follow Chorale Sayuni at: Facebook : / sayuni.chorale Instagram : / sayuni_chorale TikTok : / chorale.sayuni Contact : E-mail : choralesayuni626@gmail.com Ndi Uwawe Lyrics ----------------------------- 1. Nagizwe kub'uwondiwe na Yesu ico ndic'uyu musi ngikesh'Uhoraho yamenyeshej'inzira inzira y'amahoro kuva mumenye nabaye muzima Chorus: Wamfatishij'umugozi ungir'uwawe wankoze kumaso mbon'ukwera kwawe Nduwawe,... Nduwawe Mwami Nduwawe ,... Nduwawe Wesee 2. Ico niyumvira cane nkarengegwa nigiki wambonyemo kugir'untoranye iyo ndavyiyumviriye nterugwa n'urukundo nkarengegwa nkaburukonovuga (2x) Chorus: Wamfatishij'umugozi ungir'uwawe wankoze kumaso mbon'ukwera kwawe Nduwawe,... Nduwawe Mwami Nduwawe ,... Nduwawe Wesee Bridge: Icaha canje carakuweho, isoni zanje zararangiye, sinkekeranya yuko nduwa Yesu nduwiwe nawe Nuwanje(2x) Chorus: Wamfatishij'umugozi ungir'uwawe wankoze kumaso mbon'ukwera kwawe Nduwawe,... Nduwawe Mwami Nduwawe ,... Nduwawe Wesee Song : Ndi Uwawe Singer : Chorale Sayuni Song writer : Elyse Manirakiza Video : Josheel Audio : Marc Kibamba