У нас вы можете посмотреть бесплатно Ex_Emery sun (official video)2024 или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Song : EX Art : Emery Sun Video Director : Dir.Logic Jamal ASS Director : Benny coalitch Audio Producer : Peniel on the beat Location Manager : Innocent UWIMANA C.o : Ezra Khalipher Colorist : Brian smith Art Director : D98 LOCATION : Bujumbura - Burundi Exective Producer : THE SUN #exgirlfriend #emerysun #newsong #bujumbura #despacito #sorts #intheclub #visitburundi #burundionthemap Ex Lyrics vers 1 Oya sinkubesha, ishusho yawe mu bwenge bwanje yarafuditse Oya sukwishima, n’izina ndaryibuka numvise uwo mwitiranwa Kukurota vyarashitse rimwe Ariko ico gihe nari naryamye ntasenze Naciye mvyuka ndakemeya,kemeya Ipepu ndakemeya Ubu naho nkubona ni sans effet, Sans effet,iwanje ni sans effet Ndashima Imana kubona twarahebanye Vyuguruye imiryango ndonka umwana arenze Yes, *ubu mfashwe neza yewe, meze neza jewe Azi agaciro kanje,anyubahisha ahari hose Erega sincibuka ivyawe yeee Refr/ Ex,oooh Dear Ex Kura mu mutima wawe,mu bwenge bwawe Ko nkigukunda Ex,ooh Dear Ex Reka reka kwiremamwo,ibitariho Uri uwo muri kahise Je t ai oubliée (bliée,bliée,bliée) Supprimée et effacée (Bliée,bliée,bliée) Now I am good,yes i am good,good, good, Yes i am good Now i am good,today i am good,good good Yes I am good Vers 2 Urukundo rwari rwanteye uruhumyi Ubu nibutse ivyawe bintera n’isoni Nkibaza vy’ukuri,vy’ukuri nari nagukundiye iki? N’ukuri ,n’ukuri,nari nakurikiye iki? Mbega amanyanga,amanyanga,amanyanga M’urukundo rwawe vyari amanyanga Mbega ububeshi,ububeshi,ububeshi M’urukundo wewe wari umubeshi Ndashima Imana kubona twarahebanye Vyuguruye imiryango ndonka umwana arenze Yes, ubu mfashwe neza yewe, meze neza jewe Azi agaciro kanje,anyubahisha ahari hose Erega sincibuka ivyawe yeee Refr/ Ex,oooh Dear Ex Kura mu mutima wawe,mu bwenge bwawe Ko nkigukunda Ex,ooh Dear Ex Reka reka kwiremamwo,ibitariho Uri uwo muri kahise Je t ai oubliée (bliée,bliée,bliée) Supprimée et effacée(Bliée,bliée bliée) Now I am good,yes i am good,good, good, Yes i am good Now i am good,today i am good,good good Yes I am good sincibuka ivyawe yeee Refr/ Ex,oooh Dear Ex Kura mu mutima wawe,mu bwenge bwawe Ko nkigukunda Ex,ooh Dear Ex Reka reka kwiremamwo,ibitariho Uri uwo muri kahise Je t ai oubliée (bliée,bliée,bliée) Supprimée et effacée(Bliée,bliée bliée) Now I am good,yes i am good,good, good, Yes i am good Now i am good,today i am good,good good Yes I am good