У нас вы можете посмотреть бесплатно WHO YOU SAY I AM или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Indirimbo yaririmbwe n'umurwi Hillsong Worship muri Reta ya Australie mugisagara ca Sidney ikaba yasubiwemwo n'umurwi Dushime Music yo mugihugu cu Burundi. Amajambo agize indirimbo: UVUGA KO NDI NDE IGICE CA MBERE (COUPLET 1) Ndi nde ko Umwami w’ijuru Yanyugururiye amaboko Yiwe ? Nari narazimiye ariko ubuntu bwiwe Bwaransanze Urukundo rwiwe rwaransanze --- ICITABIRIZO (REFRAIN) Yarambohoye Umwenda wanje yarawishuye Ndi umwana w’Imana Ndi uwiwe rwose --- IGICE CA KABIRI (COUPLET 2) Yarancunguye ku musaraba Ubuntu butagira urugero Nari imbata y’icaha Ariko yarankijije Yesu ni we wankijije --- ICITABIRIZO CA KABIRI (REFRAIN 2) Yarambohoye Umwenda wanje yarawishuye Ndi umwana w’Imana Ndi uwiwe rwose Mu rugo rwiwe Nabonye ahomba Ndi umwana w’Imana Ndi uwiwe rwose --- AGACE K’INDIRIMBO (PONT) Nahisemwo(naratoranijwe) kandi n’ubwo ndi umunyabaha warambabaririye Muri We menya uwo ndi we Uri kumwe nanje, nturi kurundi ruhande Muri We menya uwo ndi we ---