У нас вы можете посмотреть бесплатно Abigeme b'abatwakazi co kimwe n'abandi murashoboye ! Ubahuka, b'indongozi, Uburundi Bubahanze amaso или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mu kiganiro Umukenguzamateka Sabushimike Imelde yahaye #Ingomag, yaravuze ku buzima bugoye yabayemwo co kimwe n'iyindi miryango y'abatwa mu Burundi ndetse no mu karere. Ntivyahereye aho, ubutwari avoma ku muvyeyi mama wiwe bwatumye yiga naho bitari vyoroshe araminuza. Amaze kugenwa nk'umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo gufatana munda, agateka ka zina muntu, n'iterambere ridakumira, yigira inama yo gufasha abatwa ndetse n'abandi ba ntaho nikora kugira ubuzima bwabo bwisununure kuruta. Araheza yubaka n'ishuri ry'akarorero ku mutumba avukako rirera imigwi y'abana ikumirwa mu kibano harimwo n'abatwa ngo nabo baze bagire aho bishikanye mu buzima