У нас вы можете посмотреть бесплатно Impunzi z’Abanyecongo mu Burundi zibayeho mu buzima bubi или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Haraheze hafi ukwezi Uburundi buriko burakira impunzi z’Abanyecongo ziharurwa mu bihumbi zihunga intambara zavugwa mu buseruko bwa Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo. Abo Banyecongo bagizwe n’abagabo, abakenyezi n’abana, bakaba benshi bashitse imbere y’uko igisagara ca Uvira gifatwa, baca bashikira muri Buganda no mu Gatumba. N’aho muri kino gihe abahunga bagabanutse, ubuzima babayemwo mu makambi bashikanywemwo ntibwifashe neza. Ni izihe nyishu zitezwe kuri leta y’Uburundi n’abayifasha ?