У нас вы можете посмотреть бесплатно Ni iki ababumba amatafari,abimba umusenyi,abimba inzahabu basabwa n'Ubushikiranganji bw'ibidukikije? или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Burundi: Umushikiranganji w'Ibidukikije, Uburimyi n'Ubworozi, Déo Guide Rurema, yagendeye ibibanza bitatu bikorerwamwo imirimo yo kubumba amatafari, ugucukura umusenyi hamwe n'ukwimba inzahabu mu ntara ya Muyinga. Déo Guide Rurema amenyesha abariko bakora ibikorwa mwene ivyo ko bobikora biciye mu mategeko maze bakubahiriza ibidukikije; navyo kandi bigatuma Uburundi n'Abarundi batunganirwa.