У нас вы можете посмотреть бесплатно #Burundi или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Mu ntumbero yo guteza imbere igisata c’ubudandaji no guteza imbere amahinguriro n'abikorera utwabo, Ikigo kijejwe iterambere ry’Uburundi (#ADB), gifashwe mu mugongo n’ibanki y'isi (Banque mondiale) biciye mu mugambi #PRETE_Nyunganira, haratunganijwe inama kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 26 Nzero 2026, i Bujumbura y'ukurabra hamwe ivyokorwa hamwe n'ivyokosorwa muri ico gisata. Umushikiranganji wa mbere wa Reta y'uburundi Nestor Ntahontuye yamenyesheje ko igisata c'amahinguriro kiri mu bisata vyashizwe imbere, kuko kiri mu bisata biduza ubutunzi bw'igihugu kandi kigatanga akazi.