У нас вы можете посмотреть бесплатно Umukunzi w'Ukuri - ALJC (Official music video) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Follow ALJC-Alliance Lumière de Jésus Christ on: / aljcalliancelumieredejesuschrist https://www.tiktok.com/@alliance.lumi... https://www.instagram.com/alliancelum... Email: alliancelumieredejesuschrist@gmail.com Lyrics video: Ref: Ni Umukunzi w’ukuri, adahemuka, Mana y’ukuri. Ni Umukunzi w’ukuri 1. Turafise Umukunzi, ni Yezu nyene gusa Yadukunze urudaca, ni Umukunzi w’ukuri Niwe yivugiye ati: "Nimuze abarushe, be n’abaremerewe, ndabahe ubuzima." Niwe yavuze ati: "Ni jewe nzira y’ukuri, ntawuzoshika i bwami tutari kumwe nawe." +R 2. Yavuye iyo mw’ijuru, yiyambika umubiri, yiyambura icubahiro kugira ngo adukize Yarababajwe kw’isi azira ivyaha vyacu, nimuze tumuhaye, ni Umukunzi w’ukuri Yarasheshe amaraso kugira ngo adukize, tumukeze vy’ukuri. Ni Umukunzi w’ukuri. +R 3. Ni Umukunzi w’ukuri Igihe cose arahari Niwe atagira ishari Kuko yama mu kuri Niwe Mana nziza, ahorana ivyiza Ndamushima kuko niwe rukundo +R 4. Mana yacu y’ukuri, niwe mukunzi musa, n’ivyo dufise vyose tubikesha we nyene Ni umwungere w’ukuri, we yama aturagira , nta n’ico tuzokena kuko dushigikiwe. Tumwizere vy’ukuri, niwe azotuyobora mu bihe bidashira, tubeho mu mahoro. +R Produced by: Avicienne Hozagara Mix and mastering: Cornerstone studio Video Editing: Jolis Nta Video Director: Dir Aima Blue from Zira Filmz