У нас вы можете посмотреть бесплатно 🇧🇮 BUJUMBURA: Igisagara Gifise Amateka Atigeze Avugwa Kuva (1400–2026) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
🇧🇮 BUJUMBURA: Igisagara Gifise Amateka Atigeze Avugwa Kuva (1400–2026) Muri iyi vidéo turinjira mu mateka y’igisagara ca Bujumbura, kuva mu bihe vya kera cane (1400) gushika mu mwaka wa 2026. Ni urugendo rudasanzwe rwerekana ukuntu iki gisagara cahindutse kuva ku midugudu mito yo ku nkengera z’Ikiyaga Lake Tanganyika, gushika kibe kimwe mu bisagara bikomeye mu gihugu c’Uburundi. Turavugamwo amateka atamenyekanye cane ku bantu benshi: Inkomoko y’igisagara ca Bujumbura mu bihe vya kera, Uko cari giteye imbere mu gihe c’abami b’Uburundi, Uko Abadagi (Germany) bashitse muri aka karere mu kinjana ca 19, Igihe c’ubukoloni bw’Belgium, Uko Bujumbura yabaye igisagara gikuru mu gihe c’ukwikukira kw’Uburundi mu 1962, Amahinduka akomeye yabaye gushika mu mwaka wa 2026. Iyi documentaire irakwereka amafoto asa n’ay’ukuri (realistic) yerekana ukuntu Bujumbura yahindutse mu myaka irenga 600. Urabona ingene ubuzima, inyubakwa, imico n’iterambere vyagiye birahinduka uko imyaka yagiye iragenda. Nimba ukunda amateka y’Uburundi, amateka ya Bujumbura, n’inkuru z’ukuri zerekeye kahise k’igihugu, iyi vidéo ni iyawe. 👍 Nimba ukunze iyi content: Fyonda Like, Ukore Subscribe kuri channel kugira ntuzosubire gucikwa n’andi mateka adasanzwe. Sangiza abandi bashaka kumenya amateka y’igisagara ca Bujumbura Iyi ni documentaire igufasha gutahura kahise, uko ibintu vyahindutse, n’aho Bujumbura igeze uyu munsi. #Bujumbura #Burundi #BujumburaHistory #BurundiHistory #AmatekaYuburundi #AmatekaYaBujumbura #BurundiDocumentary #BujumburaCity #HistoryOfBurundi #AfricanHistory #EastAfricaHistory #LakeTanganyika #BurundiCulture #Bujumbura2026 #BurundiDocumentaire