У нас вы можете посмотреть бесплатно Kwibuka ihonyabwoko ryakorewe Abatutsi ntikukiraba Urwanda gusa (D. Bizimana) или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Imyiteguro yo kwibuka ku ncuro ya 31 ihonyabwoko ryakorewe Abatutsi mu Rwanda iriko igenda neza, kiretse mu bisagara bimwe vy’igihugu c’Ububiligi kubera abatwara ivyo bisagara bashaka kwonona ukwo kwibuka. Muri ivyo bisagara, abarongozi bereka abo barongoye ko atari itegeko kwitaba uwo munsi. Bishikirizwa n’umushikiranganji w’Urwanda ajejwe Ubumwe bw’Abanyarwanda no Gukunda igihugu, Dr Damascène Bizimana. Yibutsa ko ONU yashinze umunsi wo kwibukirako ihonyabwoko ryakorewe Abatutsi ku wa 07 Ndamukiza uko umwaka utashe.