У нас вы можете посмотреть бесплатно Ikiganiro или скачать в максимальном доступном качестве, видео которое было загружено на ютуб. Для загрузки выберите вариант из формы ниже:
Если кнопки скачивания не
загрузились
НАЖМИТЕ ЗДЕСЬ или обновите страницу
Если возникают проблемы со скачиванием видео, пожалуйста напишите в поддержку по адресу внизу
страницы.
Спасибо за использование сервиса ClipSaver.ru
Ikiganiro #Murisanga n'Umupfasoni Lydia #Sentamo #Ininahazwe aherutse gusohora igitabo yise, #La Cicatrice. Muri ico gitabo, Madamu Lydia aragaruka ku makuba yaciyemwo mu rwimo rwo mu 1993 mu #Burundi rwamutwaye abaryango biwe batari bake, rukamutuma ahungira mu bihugu bitandukanye. Aho yahungiye hose ntiyigeze aharonkera amahoro kuko hambavu yo kuhasanga ingwano, yagiye arahura n'ikibazo c'abamuhora ubwoko bwiwe n'abadatahura igituma avugana n'abakomoka mu bwoko bwamugiriye nabi. Lydia yarakomeretse ku mubiri no ku mutima, ivyo arabirengera, ahitamwo kubaho yumvisha abandi ko ata wukwiye guhorwa uko yavutse canke ivyiyumviro vyiwe. Yabayeho umwanya munini ahisha inkovu yo mu mutwe yatewe n'abamwiciye se wiwe na basaza biwe, harimwo uwamupfiriye iruhande. Ubu iyo nkovu ntakiyihisha: Mu kiganiro yagiranye n'#Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe , Lydia Sentamo yashimangiye ko yababariye abamugiriye nabi naho kwibagira ivyo yaciyemwo bigoye.